Yesaya 10:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 I Nobu+ haracari ku murango kugira ngo ahahagarare. Azungagiza ukuboko ahigira umusozi w’umukobwa wa Siyoni, umurambi wa Yeruzalemu+. Mika 4:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Nawe, ewe munara w’ubusho, kidunduri c’umukobwa wa Siyoni+, izoshika no kuri wewe, egome, ya nganji ya mbere izoza+, bwa bwami bw’umukobwa wa Yeruzalemu+.
32 I Nobu+ haracari ku murango kugira ngo ahahagarare. Azungagiza ukuboko ahigira umusozi w’umukobwa wa Siyoni, umurambi wa Yeruzalemu+.
8 “Nawe, ewe munara w’ubusho, kidunduri c’umukobwa wa Siyoni+, izoshika no kuri wewe, egome, ya nganji ya mbere izoza+, bwa bwami bw’umukobwa wa Yeruzalemu+.