ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 82:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Nimubere abacamanza umuntu mutoyi n’impfuvyi*+.

      Nimutunganirize umurushwa na ntahonikora+.

  • Yesaya 1:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Nimwige gukora iciza+; nimurondere ubutungane+; nimugorore umunyagahahazo+; nimuce urubanza rw’impfuvyi*+; nimuburanire umupfakazi+.”

  • Yeremiya 21:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ewe nzu ya Dawidi+, ibi ni vyo Yehova avuze: “Buri gitondo+ nimuce imanza mu butungane+, kandi murokore uwamburwa mumukure mu kuboko kw’uwugunga+, kugira ngo ubushangashirwe bwanje ntibusohoke nk’umuriro+ maze bugaturira koko, ata muntu n’umwe wo kubuzimya, kubera ububi bw’ibikorwa vyanyu+.”’

  • Daniyeli 4:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 None rero ga mwami, ese impanuro yanje yokubera nziza+, ugakuraho ibicumuro vyawe biciye ku bugororotsi+, n’ububi bwawe mu kugirira imbabazi aboro+. Hari aho ugutunganirwa kwawe kwokwongerezwa igihe+.’”

  • Zakariya 7:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 “Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: ‘Muce imanza mu butungane nyakuri+; kandi mugiriranire ubuntu bwuzuye urukundo+ be n’imbabazi+;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika