Gusubira mu vyagezwe 28:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Uzogenda urakabakaba ku mutaga, nka kurya impumyi ikabakaba mu muzimagiza+, kandi ntuzotuma inzira zawe ziroranirwa; uzocika gusa uwama agungwa kandi yamburwa, ata wuri bugukize+.
29 Uzogenda urakabakaba ku mutaga, nka kurya impumyi ikabakaba mu muzimagiza+, kandi ntuzotuma inzira zawe ziroranirwa; uzocika gusa uwama agungwa kandi yamburwa, ata wuri bugukize+.