2 Abami 16:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nuko umwami wa Ashuri aramwumviriza maze aduga i Damasiko+, arahafata+ hanyuma abantu baho abajana mu bunyagano i Kiri+, Rezini+ na we aramwica. Yesaya 8:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 kuko imbere y’uko uwo muhungu amenya kuvuga ngo+: ‘Dawe!’ na ‘Mawe!’, itunga rya Damasiko n’isahu rya Samariya bizojanwa imbere y’umwami wa Ashuri+.” Zakariya 9:1 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ijambo ryamenyeshejwe+: “Ijambo rya Yehova riziye igihugu ca Hadaraki, kandi i Damasiko+ ni ho rizovyagira; kuko Yehova ashinze ijisho umuntu yakuwe mw’ivu+, n’imiryango yose ya Isirayeli.
9 Nuko umwami wa Ashuri aramwumviriza maze aduga i Damasiko+, arahafata+ hanyuma abantu baho abajana mu bunyagano i Kiri+, Rezini+ na we aramwica.
4 kuko imbere y’uko uwo muhungu amenya kuvuga ngo+: ‘Dawe!’ na ‘Mawe!’, itunga rya Damasiko n’isahu rya Samariya bizojanwa imbere y’umwami wa Ashuri+.”
9 Ijambo ryamenyeshejwe+: “Ijambo rya Yehova riziye igihugu ca Hadaraki, kandi i Damasiko+ ni ho rizovyagira; kuko Yehova ashinze ijisho umuntu yakuwe mw’ivu+, n’imiryango yose ya Isirayeli.