Yesaya 28:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Raba! Yehova arafise umuntu akomeye kandi yuzuye ingoga+. Nka kurya kw’ikirura gituragara c’urubura+, ikirura gitema kigatongora, nka kurya kw’ikirura gituragara c’amazi akomeye+, asegenyuka, ntazobura guta hasi n’inguvu. Hoseya 9:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nayo Efurayimu, ubuninahazwa bwabo buguruka nk’ikiremwa kiguruka+, ku buryo ata kwibaruka kubaho, canke inda yibungenze canke agasamo+.
2 Raba! Yehova arafise umuntu akomeye kandi yuzuye ingoga+. Nka kurya kw’ikirura gituragara c’urubura+, ikirura gitema kigatongora, nka kurya kw’ikirura gituragara c’amazi akomeye+, asegenyuka, ntazobura guta hasi n’inguvu.
11 Nayo Efurayimu, ubuninahazwa bwabo buguruka nk’ikiremwa kiguruka+, ku buryo ata kwibaruka kubaho, canke inda yibungenze canke agasamo+.