Yesaya 9:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kandi abantu bazorimenya+, mbere bose, Efurayimu be n’uwuba i Samariya+, kubera ubwibone bwabo no kubera ukutisonera kw’umutima wabo, mu kuvuga+ bati: Yesaya 10:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 atari uko umuntu azotegerezwa kwunama munsi y’imbohe, n’abantu bakaguma bagwa munsi y’abishwe+? Kubera ivyo vyose, ishavu ryiwe ntiryasubiye inyuma, mugabo ukuboko kwiwe kuracabanguye+.
9 Kandi abantu bazorimenya+, mbere bose, Efurayimu be n’uwuba i Samariya+, kubera ubwibone bwabo no kubera ukutisonera kw’umutima wabo, mu kuvuga+ bati:
4 atari uko umuntu azotegerezwa kwunama munsi y’imbohe, n’abantu bakaguma bagwa munsi y’abishwe+? Kubera ivyo vyose, ishavu ryiwe ntiryasubiye inyuma, mugabo ukuboko kwiwe kuracabanguye+.