Yesaya 10:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kuri uwo musi, abazoba basigaye ba Isirayeli+ be n’abacitse kw’icumu b’inzu ya Yakobo ntibazokwongera kwishimikiza uwubakubita+, ariko bazokwishimikiza Yehova, wa Mweranda wa Isirayeli+, mu kuri+. Yesaya 29:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Abatekereza+ ntibazobura kwongereza umunezero bafise muri Yehova ubwiwe, mbere n’aboro mu bantu bazonezerwa mu Mweranda wa Isirayeli+, Mika 7:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Jeho, Yehova ni we nzoguma nderetse+. Nzorindira Imana y’ubukiriro bwanje+. Imana yanje izonyumva+.
20 Kuri uwo musi, abazoba basigaye ba Isirayeli+ be n’abacitse kw’icumu b’inzu ya Yakobo ntibazokwongera kwishimikiza uwubakubita+, ariko bazokwishimikiza Yehova, wa Mweranda wa Isirayeli+, mu kuri+.
19 Abatekereza+ ntibazobura kwongereza umunezero bafise muri Yehova ubwiwe, mbere n’aboro mu bantu bazonezerwa mu Mweranda wa Isirayeli+,
7 Jeho, Yehova ni we nzoguma nderetse+. Nzorindira Imana y’ubukiriro bwanje+. Imana yanje izonyumva+.