Yesaya 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kandi igihugu cabo cuzuye imana ata co zimaze+. Bunamira igikorwa c’amaboko y’umuntu, icakozwe n’intoke z’umuntu+. Hoseya 8:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko iyo nyana yandurutse kuri Isirayeli+. Umuhinguzi w’utugenegene ni we yayikoze+, kandi iyo nyana si Imana; kuko inyana ya Samariya izocika ubunywenywe+. Mika 5:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nzorandura muri wewe ibishusho vyawe bibajwe be n’inkingi zawe, kandi ntuzoba ucunamira ivyakozwe n’amaboko yawe+.
8 Kandi igihugu cabo cuzuye imana ata co zimaze+. Bunamira igikorwa c’amaboko y’umuntu, icakozwe n’intoke z’umuntu+.
6 Kuko iyo nyana yandurutse kuri Isirayeli+. Umuhinguzi w’utugenegene ni we yayikoze+, kandi iyo nyana si Imana; kuko inyana ya Samariya izocika ubunywenywe+.
13 Nzorandura muri wewe ibishusho vyawe bibajwe be n’inkingi zawe, kandi ntuzoba ucunamira ivyakozwe n’amaboko yawe+.