2 Abami 19:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Nuko muri iryo joro umumarayika wa Yehova arasohoka maze asasika ingabo ibihumbi ijana na mirongo umunani na bitanu mw’ikambi+ y’Abashuri+. Abantu bavyutse kare mu gitondo, erega, basanga bose bapfuye, ari imivyimba+. Zaburi 37:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Yamara arahita, ntiyaba akiriho+;Nagumye ndamurondera, arabura+.
35 Nuko muri iryo joro umumarayika wa Yehova arasohoka maze asasika ingabo ibihumbi ijana na mirongo umunani na bitanu mw’ikambi+ y’Abashuri+. Abantu bavyutse kare mu gitondo, erega, basanga bose bapfuye, ari imivyimba+.