Yesaya 20:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Yehova abandanya kuvuga ati: “Nk’uko umusavyi wanje Yesaya yagendagenze imyaka itatu ari gusa n’ibirenge bigaragara, bwa kimenyetso+ n’imburizi kuri Misiri+ na Etiyopiya+, Ezekiyeli 30:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kandi inkota izoza koko mu Misiri+, ububabare bukaze na bwo buze muri Etiyopiya umuntu niyagwa agandaguwe mu Misiri, bagatwara vy’ukuri ubutunzi bwaho, n’imishinge yaho igasamburwa+. Zefaniya 3:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Abanyinginga, ari we mukobwa w’abantu banje basanzaye, bazonzanira ingabirano bavuye mu karere k’inzuzi za Etiyopiya+.
3 Yehova abandanya kuvuga ati: “Nk’uko umusavyi wanje Yesaya yagendagenze imyaka itatu ari gusa n’ibirenge bigaragara, bwa kimenyetso+ n’imburizi kuri Misiri+ na Etiyopiya+,
4 Kandi inkota izoza koko mu Misiri+, ububabare bukaze na bwo buze muri Etiyopiya umuntu niyagwa agandaguwe mu Misiri, bagatwara vy’ukuri ubutunzi bwaho, n’imishinge yaho igasamburwa+.
10 “Abanyinginga, ari we mukobwa w’abantu banje basanzaye, bazonzanira ingabirano bavuye mu karere k’inzuzi za Etiyopiya+.