Yesaya 14:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mugabo wewe, warashibuwe utagira ikibanza co guhambwamwo+, nk’umunago wanswe urunuka, wambaye abantu bishwe, basogoswe inkota, bariko bamanuka gushika ku mabuye y’icobo+, nk’umuvyimba uhonyangirwa hasi+. Ezekiyeli 29:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nzoguhebera kuba uw’agahinga, mwe n’amafi yose y’imigende yawe ya Nili+. Uzogwa ku gahinga+. Ntuzokwegeranywa canke ngo ukoranirizwe hamwe. Nzogutanga ngo ubere indya ibikoko vyo kw’isi n’ibiremwa biguruka vyo mu kirere+.
19 Mugabo wewe, warashibuwe utagira ikibanza co guhambwamwo+, nk’umunago wanswe urunuka, wambaye abantu bishwe, basogoswe inkota, bariko bamanuka gushika ku mabuye y’icobo+, nk’umuvyimba uhonyangirwa hasi+.
5 Nzoguhebera kuba uw’agahinga, mwe n’amafi yose y’imigende yawe ya Nili+. Uzogwa ku gahinga+. Ntuzokwegeranywa canke ngo ukoranirizwe hamwe. Nzogutanga ngo ubere indya ibikoko vyo kw’isi n’ibiremwa biguruka vyo mu kirere+.