Yesaya 34:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Abagandaguwe babo bazotabwa hanze; nayo imivyimba yabo, umuduhu wayo uzoduga+; kandi imisozi izotegerezwa gushonga kubera amaraso yabo+. Yeremiya 15:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “‘Nzobashiriraho ubwoko bune bw’ivyago+,’ ni ko Yehova avuze: ‘inkota yo kwica, imbwa zo kuburuta, ibiremwa biguruka vyo mu kirere+ n’ibikoko vyo kw’isi vyo kurya no guhonya. Ezekiyeli 32:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ni ukuri, nzoguhebera i musozi. Nzogushiburira ku gahinga+. Kandi nzotuma ibiremwa biguruka vyo mu kirere vyibera kuri wewe, ntume ibikoko vyo kw’isi yose bikurya bihage+. Ivyahishuwe 19:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mbona kandi umumarayika ahagaze mu zuba, asemerera n’ijwi rirenga, abwira inyoni+ zose ziguruka hagati mu kirere ati: “Nimuze hano, mukoranire hamwe ku mfungurwa nyinshi zo ku mugoroba z’Imana,
3 Abagandaguwe babo bazotabwa hanze; nayo imivyimba yabo, umuduhu wayo uzoduga+; kandi imisozi izotegerezwa gushonga kubera amaraso yabo+.
3 “‘Nzobashiriraho ubwoko bune bw’ivyago+,’ ni ko Yehova avuze: ‘inkota yo kwica, imbwa zo kuburuta, ibiremwa biguruka vyo mu kirere+ n’ibikoko vyo kw’isi vyo kurya no guhonya.
4 Ni ukuri, nzoguhebera i musozi. Nzogushiburira ku gahinga+. Kandi nzotuma ibiremwa biguruka vyo mu kirere vyibera kuri wewe, ntume ibikoko vyo kw’isi yose bikurya bihage+.
17 Mbona kandi umumarayika ahagaze mu zuba, asemerera n’ijwi rirenga, abwira inyoni+ zose ziguruka hagati mu kirere ati: “Nimuze hano, mukoranire hamwe ku mfungurwa nyinshi zo ku mugoroba z’Imana,