Itanguriro 41:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mu gitondo ahagarika umutima+. Atumako rero abaherezi b’abanyamageza bo mu Misiri+ bose, n’abantu b’inkerebutsi+ baho bose, maze Farawo abiganira indoto ziwe+. Mugabo habura uwo kuzisobanurira Farawo. 1 Abami 4:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Kandi ubukerebutsi bwa Salomo bwari bwagutse+ kuruta ubukerebutsi bw’Abanyabuseruko+ bose no kuruta ubukerebutsi bwa Misiri bwose+. Umusiguzi 7:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ivyo vyose narabigejeje nkoresheje ubukerebutsi. Navuze nti: “Nzocika inkerebutsi.” Mugabo bwari kure yanje+. Ivyakozwe 7:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Musa rero yigishijwe mu bukerebutsi bwose+ bw’Abanyamisiri. Nkako, yari umunyabubasha mu majambo yiwe+ no mu bikorwa vyiwe.
8 Mu gitondo ahagarika umutima+. Atumako rero abaherezi b’abanyamageza bo mu Misiri+ bose, n’abantu b’inkerebutsi+ baho bose, maze Farawo abiganira indoto ziwe+. Mugabo habura uwo kuzisobanurira Farawo.
30 Kandi ubukerebutsi bwa Salomo bwari bwagutse+ kuruta ubukerebutsi bw’Abanyabuseruko+ bose no kuruta ubukerebutsi bwa Misiri bwose+.
23 Ivyo vyose narabigejeje nkoresheje ubukerebutsi. Navuze nti: “Nzocika inkerebutsi.” Mugabo bwari kure yanje+.
22 Musa rero yigishijwe mu bukerebutsi bwose+ bw’Abanyamisiri. Nkako, yari umunyabubasha mu majambo yiwe+ no mu bikorwa vyiwe.