ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 25:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 n’abami bose bo mu buraruko ba hafi n’aba kure, umwumwe, n’ubundi bwami bwose bwo mw’isi buri ku buringanire bw’ubutaka; umwami wa Sheshaki+ na we azonywa inyuma yabo.

  • Yeremiya 43:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Azoza ata kabuza, asasike igihugu ca Misiri+. Uwugenewe ikiza cica azoja ku kiza cica, uwugenewe kugirwa imbohe, azoja kugirwa imbohe, uwugenewe inkota na we azoja ku nkota+.

  • Ezekiyeli 29:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Kandi ababa mu Misiri bose bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova+, kuko babereye inzu ya Isirayeli irenga, bwa cishimikizo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika