Yeremiya 43:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Amaherezo binjira mu gihugu ca Misiri+, kuko batagamburutse ijwi rya Yehova; barahava bashika i Tahapanesi+. Yohani 17:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “Singusaba ngo ubakure mw’isi, ahubwo ngo ubarinde kubera wa mubisha+. Ivyahishuwe 11:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kandi ibiziga vyabo bizoba mu nzira yagutse ya ca gisagara gikomeye citwa mu buryo bw’impwemu Sodomu+ na Misiri, aho n’Umukama wabo yamanikiwe+.
7 Amaherezo binjira mu gihugu ca Misiri+, kuko batagamburutse ijwi rya Yehova; barahava bashika i Tahapanesi+.
8 Kandi ibiziga vyabo bizoba mu nzira yagutse ya ca gisagara gikomeye citwa mu buryo bw’impwemu Sodomu+ na Misiri, aho n’Umukama wabo yamanikiwe+.