Yesaya 19:1 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ijambo ryamenyeshejwe kuri Misiri+: Raba! Yehova ariko agendera ku gicu kinyaruka+ aza mu Misiri. Kandi imana ata co zimaze za Misiri ntizizobura kudegedwa kubera we+, kandi umutima wa Misiri uzoshongera hagati muri yo+. Yeremiya 46:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ijambo Yehova yabwiye Yeremiya umuhanuzi ku bijanye n’ukuza kwa Nebukadirezari umwami wa Babiloni, aje gusasika igihugu ca Misiri ni iri+:
19 Ijambo ryamenyeshejwe kuri Misiri+: Raba! Yehova ariko agendera ku gicu kinyaruka+ aza mu Misiri. Kandi imana ata co zimaze za Misiri ntizizobura kudegedwa kubera we+, kandi umutima wa Misiri uzoshongera hagati muri yo+.
13 Ijambo Yehova yabwiye Yeremiya umuhanuzi ku bijanye n’ukuza kwa Nebukadirezari umwami wa Babiloni, aje gusasika igihugu ca Misiri ni iri+: