ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 8:43
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 43 wewe ubwawe uze wumvirize uri mu majuru, ahantu hashimangiye uba+, maze ukore wisunze ivyo uwo munyamahanga azoba aguhamagariye vyose+; kugira ngo ibisata vyo kw’isi vyose bimenye izina ryawe+ maze bigutinye nk’uko igisata cawe Isirayeli kigutinya, no kugira bimenye yuko izina ryawe ryambarijwe kuri iyi nzu nubatse+.

  • Yeremiya 50:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Kandi nzogarukana Isirayeli mw’itongo ry’uburagiriro ryiwe+, na we azorisha koko kuri Karumeli+ no kuri Bashani+; mu karere k’imisozi ka Efurayimu+ n’aka Gileyadi+, azohaga.’”

  • Zakariya 8:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Kandi ibisata vy’abantu vyinshi n’amahanga akomeye bizoza koko kurondera Yehova nyen’ingabo i Yeruzalemu+ no gutakambira Yehova.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika