Hoseya 2:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nzomwibibira koko kw’isi nk’imbuto+, kandi nzogirira imbabazi uwutari yaragiriwe imbabazi+, kandi nzobwira abatari abantu banje nti: “Muri abantu banje+”; na bo bazovuga bati: “Uri Imana yacu+.”’” Abaroma 3:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Canke yoba ari Imana y’Abayuda gusa+? Mbega si iy’abanyamahanga na bo+? Egome, ni iy’abanyamahanga na bo+,
23 Nzomwibibira koko kw’isi nk’imbuto+, kandi nzogirira imbabazi uwutari yaragiriwe imbabazi+, kandi nzobwira abatari abantu banje nti: “Muri abantu banje+”; na bo bazovuga bati: “Uri Imana yacu+.”’”
29 Canke yoba ari Imana y’Abayuda gusa+? Mbega si iy’abanyamahanga na bo+? Egome, ni iy’abanyamahanga na bo+,