Gusubira mu vyagezwe 32:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko umuturi wa Yehova ari abantu biwe+;Yakobo ni we mugabane atorana+. Amosi 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 ‘Ni mwebwe gusa namenye+ mu miryango yose yo ku butaka+. Ni co gituma nzogira ico ndababaza ku makosa yanyu yose+. Malaki 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 “Kandi bazocika abanje koko+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze, “umusi nzobagira inyegu idasanzwe+. Kandi nzobagirira impuhwe nk’uko umuntu agirira impuhwe umwana wiwe amukorera+. 1 Petero 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mugabo mwebwe muri “ubwoko bwatowe, ubuherezi bwa cami, ihanga ryeranda+, igisata c’inyegu yiharijwe+, kugira ngo mumenyeshe hose kamere z’agahebuza+” z’umwe yabahamagara abakuye mu mwiza akabinjiza mu muco wiwe w’agatangaza+.
2 ‘Ni mwebwe gusa namenye+ mu miryango yose yo ku butaka+. Ni co gituma nzogira ico ndababaza ku makosa yanyu yose+.
17 “Kandi bazocika abanje koko+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze, “umusi nzobagira inyegu idasanzwe+. Kandi nzobagirira impuhwe nk’uko umuntu agirira impuhwe umwana wiwe amukorera+.
9 Mugabo mwebwe muri “ubwoko bwatowe, ubuherezi bwa cami, ihanga ryeranda+, igisata c’inyegu yiharijwe+, kugira ngo mumenyeshe hose kamere z’agahebuza+” z’umwe yabahamagara abakuye mu mwiza akabinjiza mu muco wiwe w’agatangaza+.