ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 19:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Na we nyene yiyambura impuzu maze na we nyene yifata nk’umuhanuzi imbere ya Samweli, arambarara hasi ari gusa uwo murango wose n’iryo joro ryose+. Ni co gituma vyahavuye bivugwa ngo: “Mbega na Sauli ari mu bahanuzi+?”

  • Mika 1:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Ku bw’ivyo, nzoboroga nongere ndire+; nzogenda ibirenge bigaragara kandi ndi gusa+. Nzoboroga nk’imbwebwe, ngandare nk’ibinyoni vyitwa imbuni vy’ibigore.

  • Abaheburayo 11:37
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 Baratewe amabuye+, barageragejwe+, barakekagujwe imisumeno, barapfuye+ bakerejwe inkota, barayerereye bari mu nsato z’intama+, mu nsato z’impene, bari mu bukene+, mu makuba+, bagirirwa nabi+;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika