ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 19:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Kandi nzogabura Misiri mu kuboko kw’umutware akaze, kandi umwami azobaganza azoba uwukomeye+,” ni ko Umukama w’ukuri, Yehova nyen’ingabo, avuze.

  • Yeremiya 46:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 “‘Nzobatanga mu kuboko kw’abarondera ubuzima bwabo no mu kuboko kwa Nebukadirezari umwami wa Babiloni+ no mu kuboko kw’abasuku biwe; inyuma y’aho, Misiri bazoyibamwo nko mu misi ya kera+,’ ni ko Yehova avuze.

  • Ezekiyeli 30:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Nzoshitsa imanza mu Misiri+; kandi bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika