Yeremiya 50:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 “Umwami wa Babiloni yumvise inkuru iberekeye+, amaboko yiwe aca araregera*+. Hari amarushwa! Yafashwe n’ububabare bukaze, nka kurya kw’umugore ariko aribaruka+. 1 Abatesalonika 5:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Igihe bazoba+ bavuga ngo: “Amahoro+ n’umutekano!” ni ho agatikizo+ ka bukwi na bukwi kazoza kuri bo ako kanya nyene nk’uko ububabare bw’ibise buza ku mugore yibungenze+; kandi ntibazogenda barusimvye+.
43 “Umwami wa Babiloni yumvise inkuru iberekeye+, amaboko yiwe aca araregera*+. Hari amarushwa! Yafashwe n’ububabare bukaze, nka kurya kw’umugore ariko aribaruka+.
3 Igihe bazoba+ bavuga ngo: “Amahoro+ n’umutekano!” ni ho agatikizo+ ka bukwi na bukwi kazoza kuri bo ako kanya nyene nk’uko ububabare bw’ibise buza ku mugore yibungenze+; kandi ntibazogenda barusimvye+.