ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 8:46
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 46 “Nibagucumurako+ (kuko ata muntu adacumura+), maze bikaba ngombwa ko ubarurumbira ishavu, ukabagabura ku mwansi, hanyuma bene kubagira imbohe bakabatwara koko ari imbohe mu gihugu c’umwansi ca kure canke ca hafi+;

  • 2 Abami 13:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Kuko ata bantu yari yarasigarije Yehowahazi atari abagendera ku mafarasi mirongo itanu n’imikogote cumi n’abagabo ibihumbi cumi bari ku maguru+, kubera yuko umwami wa Siriya yari yarabaranduye+, kugira ngo abagire nk’umukungugu wo ku mbuga y’ikubitiro+.

  • Yesaya 1:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Nzogarukana ukuboko kwanje kuri wewe, kandi nzoshongesha inkamba zawe nk’aho noba nkoresheje umuti w’umumesuzi, kandi nzokuraho ibicafu vyawe vyose+.

  • Matayo 3:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ikiyozo ciwe co kugosoza kiri mu kuboko kwiwe, kandi azosukura imbuga yiwe y’ikubitiro ayinoze, hanyuma yegeranirize ingano ziwe mu kigega+, mugabo umuguruka awuturize+ umuriro udashobora kuzima.”

  • Abaheburayo 12:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 kuko uwo Yehova akunda amutoza indero; nkako, ahushagura uwo wese yakira nk’umwana wiwe+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika