2 Abami 18:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nuko batangura gusemerera bahamagara umwami, mugabo Eliyakimu+ mwene Hilikiya, uwagaba urugo, na Shebuna+ umunyamabanga na Yowa mwene Asafu umukarani, baba ari bo basohoka baza aho bari. 2 Abami 18:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Mugabo Eliyakimu+ mwene Hilikiya, uwagaba urugo, na Shebuna+ umunyamabanga, na Yowa+ mwene Asafu umukarani, baza aho Hezekiya ari batantamuye impuzu zabo+ baraheza bamwiganira amajambo ya Rabushake. Yesaya 36:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Maze haza kuri we Eliyakimu+ mwene Hilikiya, uwagaba urugo, na Shebuna+ umunyamabanga na Yowa+ mwene Asafu+ umukarani+.
18 Nuko batangura gusemerera bahamagara umwami, mugabo Eliyakimu+ mwene Hilikiya, uwagaba urugo, na Shebuna+ umunyamabanga na Yowa mwene Asafu umukarani, baba ari bo basohoka baza aho bari.
37 Mugabo Eliyakimu+ mwene Hilikiya, uwagaba urugo, na Shebuna+ umunyamabanga, na Yowa+ mwene Asafu umukarani, baza aho Hezekiya ari batantamuye impuzu zabo+ baraheza bamwiganira amajambo ya Rabushake.
3 Maze haza kuri we Eliyakimu+ mwene Hilikiya, uwagaba urugo, na Shebuna+ umunyamabanga na Yowa+ mwene Asafu+ umukarani+.