2 Abami 18:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Eliyakimu+ mwene Hilikiya, na Shebuna+ na Yowa+ baca babwira Rabushake+ bati: “Turakwinginze uvugane n’abasuku bawe mu rurimi rw’igisiriya+, turumva; ntuvugane natwe mu rurimi rw’Abayuda+ mu matwi y’abantu bari ku ruhome.”
26 Eliyakimu+ mwene Hilikiya, na Shebuna+ na Yowa+ baca babwira Rabushake+ bati: “Turakwinginze uvugane n’abasuku bawe mu rurimi rw’igisiriya+, turumva; ntuvugane natwe mu rurimi rw’Abayuda+ mu matwi y’abantu bari ku ruhome.”