Yesaya 19:1 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ijambo ryamenyeshejwe kuri Misiri+: Raba! Yehova ariko agendera ku gicu kinyaruka+ aza mu Misiri. Kandi imana ata co zimaze za Misiri ntizizobura kudegedwa kubera we+, kandi umutima wa Misiri uzoshongera hagati muri yo+. Yesaya 19:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kuri uwo musi Misiri izomera nk’abagore, kandi izojugumira+ koko igire ubwoba kubera ukuzungagizwa kw’ukuboko kwa Yehova nyen’ingabo, ukwo ariko arayizungagiriza+.
19 Ijambo ryamenyeshejwe kuri Misiri+: Raba! Yehova ariko agendera ku gicu kinyaruka+ aza mu Misiri. Kandi imana ata co zimaze za Misiri ntizizobura kudegedwa kubera we+, kandi umutima wa Misiri uzoshongera hagati muri yo+.
16 Kuri uwo musi Misiri izomera nk’abagore, kandi izojugumira+ koko igire ubwoba kubera ukuzungagizwa kw’ukuboko kwa Yehova nyen’ingabo, ukwo ariko arayizungagiriza+.