Nehemiya 6:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ryari ryanditswemwo ngo: “Vyarumviswe mu mahanga, kandi na Geshemu+ arabivuga, yuko wewe n’Abayuda muriko mutegura umugambi wo kugarariza+. Ni co gituma uriko wubaka uruhome; kandi ugomba kubabera umwami+, nk’uko ayo majambo ari. Imigani 10:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ahari uwupfuka urwanko haba iminwa y’ibinyoma+, kandi uwuzana inkuru mbi ni ikijuju+. Luka 20:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Bamaze kumwihweza bitonze, batuma abantu bemerewe ingero mu mpisho ngo bigire abagororotsi, kugira ngo bamufatire+ mu majambo, babone kumushikiriza intwaro na buramatari*+.
6 Ryari ryanditswemwo ngo: “Vyarumviswe mu mahanga, kandi na Geshemu+ arabivuga, yuko wewe n’Abayuda muriko mutegura umugambi wo kugarariza+. Ni co gituma uriko wubaka uruhome; kandi ugomba kubabera umwami+, nk’uko ayo majambo ari.
20 Bamaze kumwihweza bitonze, batuma abantu bemerewe ingero mu mpisho ngo bigire abagororotsi, kugira ngo bamufatire+ mu majambo, babone kumushikiriza intwaro na buramatari*+.