ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 54:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Kuko yandokoye akankiza amarushwa yose+,

      Kandi ijisho ryanje ryitegereje abansi banje+.

  • Zaburi 59:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Ya Mana ingirira ubuntu bwuzuye urukundo, izonsanganira+;

      Imana ubwayo izotuma nitegereza abansi banje+.

  • Yeremiya 17:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Abampama nibamaramare+, mugabo jewe simaramare+. Nibabe ari bo bacika ivutu, mugabo jewe sincike ivutu. Nubazaneko umusi w’ivyago+, kandi ubavunagure basenyuke kabiri+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika