Zaburi 35:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mugabo umutima wanje nunezerwe muri Yehova+;Niwigine mu bukiriro bwiwe+. Zaburi 109:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Kuko azohagarara iruhande y’ukuryo kw’umworo+,Ngo amukize abamucira urubanza.