Abacamanza 10:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mugabo bene Isirayeli babwira Yehova bati: “Twaracumuye+. Nutugirire ico ubona ko ari ciza mu maso yawe+. Gusa, turakwinginze uturokore uyu musi+.” 2 Ngoma 20:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 ‘Icago nicatuzako+, ari inkota canke urubanza rubi canke ikiza+ canke ikigoyi+, tuze duhagarare imbere y’iyi nzu+ n’imbere yawe (kuko izina ryawe+ riri muri iyi nzu), kugira ngo tugutabaze mu marushwa yacu, uheze wumve maze udukize+.’ Zaburi 78:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Igihe cose yabica, ni ko na bo babaza ivyayo+,Bakagaruka, bakarondera Imana+. Zaburi 106:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 Dukize, ewe Yehova Mana yacu+,Utwegeranye udukuye mu mahanga+Ngo dukengurukire izina ryawe ryeranda+,Ngo tuvugane ukwigina tugushemeza+. Yesaya 26:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ewe Yehova, mu marushwa baritayeho ivyawe+; barasutse urwongoshwe rw’isengesho igihe wabatoza indero+. Hoseya 5:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nzogenda, nisubirire ahantu hanje gushika bishuye icaha cabo+; kandi bazorondera koko mu maso hanje+. Nibaba bageze habi+, bazondondera+.”
15 Mugabo bene Isirayeli babwira Yehova bati: “Twaracumuye+. Nutugirire ico ubona ko ari ciza mu maso yawe+. Gusa, turakwinginze uturokore uyu musi+.”
9 ‘Icago nicatuzako+, ari inkota canke urubanza rubi canke ikiza+ canke ikigoyi+, tuze duhagarare imbere y’iyi nzu+ n’imbere yawe (kuko izina ryawe+ riri muri iyi nzu), kugira ngo tugutabaze mu marushwa yacu, uheze wumve maze udukize+.’
47 Dukize, ewe Yehova Mana yacu+,Utwegeranye udukuye mu mahanga+Ngo dukengurukire izina ryawe ryeranda+,Ngo tuvugane ukwigina tugushemeza+.
16 Ewe Yehova, mu marushwa baritayeho ivyawe+; barasutse urwongoshwe rw’isengesho igihe wabatoza indero+.
15 Nzogenda, nisubirire ahantu hanje gushika bishuye icaha cabo+; kandi bazorondera koko mu maso hanje+. Nibaba bageze habi+, bazondondera+.”