23 amazuku n’umunyu+ n’ukururumba+, ku buryo intara yaco yose itazobibwa, canke ngo imere, canke ngo hagire n’icatsi na kimwe kimera muri yo, nka kumwe kw’itembagazwa rya Sodomu na Gomora+, Adima+ na Zeboyimu+, bimwe Yehova yatembagaza mw’ishavu ryiwe no mu burake bwiwe+;