ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 107:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Isi yimbuka ayihindura igihugu c’umunyu+,

      Kubera ububi bw’abahaba.

  • Yeremiya 9:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Nzoririra nongere ncurire intimba ku misozi+, kandi nzoririmbira akaririmbo k’intimba ku matongo y’uburagiriro yo mu gahinga; kuko bizoba vyaturiwe+ ku buryo ata wubicamwo kandi abantu ntibazokwumva koko urwamo rw’ibitungwa+. Ibiremwa biguruka vyo mu kirere n’ibikoko bizoba vyahunze; bizoba vyagiye+.

  • Yeremiya 12:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Igihugu kizogeza ryari gukabirana+, kandi ibimera vyo mu gahinga kose bizogeza ryari kwuma+? Kubera ububi bw’ababa muri co, ibikoko n’ibiremwa biguruka birazimanganijwe+. Kuko bavuze bati: “Ntabona kazoza kacu.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika