Abalewi 26:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 nanje rero nzobwirizwa kugenda ndabarwanya narunguye+, kandi jewe, emwe, jewe nzobwirizwa kubahana incuro indwi kubera ibicumuro vyanyu+. Zakariya 8:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “Kuko ibi ari vyo Yehova nyen’ingabo avuze: ‘“Nk’uko nari nariyumviriye kubateza ivyago kubera ba sogokuruza banyu bandatsa+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze, “nanje sinicuze+,
28 nanje rero nzobwirizwa kugenda ndabarwanya narunguye+, kandi jewe, emwe, jewe nzobwirizwa kubahana incuro indwi kubera ibicumuro vyanyu+.
14 “Kuko ibi ari vyo Yehova nyen’ingabo avuze: ‘“Nk’uko nari nariyumviriye kubateza ivyago kubera ba sogokuruza banyu bandatsa+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze, “nanje sinicuze+,