Yesaya 30:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kandi mwebwe, igihome gikomeye ca Farawo kizotegerezwa kubabera imvo yo kumaramara+, ubuhungiro mu gitutu ca Misiri na bwo imvo yo guteterwa+. Yeremiya 37:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: ‘Ibi abe ari vyo mubwira umwami wa Yuda abatumye kuri jewe kunsiguza+, muti: “Ehe, inteko za gisirikare za Farawo zije kuri mwebwe kugira zibafashe zizobwirizwa gusubira mu gihugu cazo, ari co Misiri+.
3 Kandi mwebwe, igihome gikomeye ca Farawo kizotegerezwa kubabera imvo yo kumaramara+, ubuhungiro mu gitutu ca Misiri na bwo imvo yo guteterwa+.
7 “Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: ‘Ibi abe ari vyo mubwira umwami wa Yuda abatumye kuri jewe kunsiguza+, muti: “Ehe, inteko za gisirikare za Farawo zije kuri mwebwe kugira zibafashe zizobwirizwa gusubira mu gihugu cazo, ari co Misiri+.