2 Samweli 13:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Maze Tamari ashira iminyota+ ku mutwe wiwe, nya kanzu y’uturongorongo yari kuri we na yo arayitantamura; vyongeye yikorera amaboko+, araheza aragenda, agenda ararira.
19 Maze Tamari ashira iminyota+ ku mutwe wiwe, nya kanzu y’uturongorongo yari kuri we na yo arayitantamura; vyongeye yikorera amaboko+, araheza aragenda, agenda ararira.