ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 26:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 “Kuko ibi ari vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ehe ngira nzane kuri Tiro Nebukadirezari wa mwami wa Babiloni ava mu buraruko+, umwami w’abami+, aze ari kumwe n’amafarasi+ n’imikogote y’intambara+ n’abarwanira ku mafarasi be n’ishengero+, emwe, igisata c’abantu isinzi.

  • Ezekiyeli 29:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 “Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ehe ngira mpe Nebukadirezari umwami wa Babiloni igihugu ca Misiri+, emwe, atware ubutunzi bwaho, ahasahure isahu ryinshi+, ahanyage iminyago myinshi; ni vyo bizobera impembo inteko ziwe za gisirikare.’

  • Habakuki 1:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Kuko ehe ngira mpagurutse Abakaludaya+, ihanga ry’inkazi kandi ry’irihurudutsi rija mu bibanza vyagutse vy’isi kugira ngo ryigarurire ingo zitari izaryo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika