ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 26:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Kandi nzobwirizwa kuvuna ubwishime bw’inkomezi zanyu, nongere ntume amajuru yanyu amera nk’icuma+, n’isi yanyu nk’umujumpu.

  • Gusubira mu vyagezwe 28:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Amajuru yawe yo hejuru y’umutwe wawe azocika nk’ubutare bw’umujumpu, isi iri munsi yawe na yo icike nk’icuma+.

  • Yesaya 5:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Kandi nzowugira nk’ikintu kigeshejwe+. Ntuzotuturirwa, eka ntuzobagarirwa+. Uzotegerezwa kumeramwo igisaka c’amahwa n’ivyatsi bibi+; kandi nzotegeka ibicu ntihagire imvura bigwisha kuri wo+.

  • Yeremiya 9:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 “Ni nde muntu w’inkerebutsi, ngo ategere ivyo, egome, uwo akanwa ka Yehova kabibwiye, ngo abimenyekanishe+? Kubera iki igihugu coyogera koko, kigaturirwa koko nk’agahinga, ata wugicamwo+?”

  • Yeremiya 14:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Kubera ubutaka busataguritse bivanye n’uko ata mvura y’isegenya yaguye mu gihugu+, abarimyi bamaramaye; bitwikiriye umutwe+.

  • Amosi 4:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 “‘Kandi narabimye imvura, igihe hari hagisigaye amezi atatu ngo iyimbura rigere+; nagwishije imvura ku gisagara kimwe, mugabo ku kindi sinayigwisha. Ku gice kimwe c’itongo imvura yaragwa, mugabo igice ntaba nayigwishijeko kikuma+.

  • Hagayi 1:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Nagumye mpamagara uruzuba ngo ruze kw’isi, ku misozi, ku ntete, ku muvinyu mushasha+, ku mavuta, ku vyo ubutaka bwokwamye, ku muntu yakuwe mw’ivu, ku gitungwa no ku vyo amaboko acumukurira vyose+.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika