ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 17:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Yehova aguma aburira+ Isirayeli+ na Yuda+ biciye ku bahanuzi+ biwe bose no ku mubonyi+ wese, ati: “Nimuhindukire muve mu nzira zanyu mbi+ maze mugumye amabwirizwa yanje+, ivyagezwe vyanje+, mwisunze itegeko ryose+ nategetse ba sogokuruza banyu+ nkongera nkarirungikira mwebwe biciye ku basavyi banje abahanuzi+”;

  • Yeremiya 7:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Ubu rero, ko mwagumye mukora ivyo bikorwa vyose,’ ni ko Yehova avuze, ‘nanje nkaguma mvugana namwe, mvyuka kare nkavuga+, mugabo ntimwumvirize+, kandi nkaguma ndabahamagara, mugabo ntimwitabe+,

  • Yeremiya 11:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Kuko nakebuye ba sogokuruza banyu nshimitse ku musi nabadugana ndabakuye mu gihugu ca Misiri+ gushika n’uyu musi, nkazinduka nkabakebura nti: “Nimugamburuke ijwi ryanje+.”

  • Yeremiya 25:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 “Kuva mu mwaka ugira cumi na gatatu wa Yosiya+ mwene Amoni, umwami wa Yuda, gushika n’uyu musi, iyo myaka mirongo ibiri n’itatu ijambo rya Yehova ryanjeko, nanje nagumye ndababwira, nzinduka nkavuga, mugabo ntimwumvirije+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika