ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 71:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Kuko uri icizigiro canje+, ewe Mukama Segaba Yehova, umwizero wanje kuva mu buto bwanje+.

  • Imigani 2:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 umwe areka umugenzi somambike wo mu buto bwiwe+ kandi yibagiye isezerano ry’Imana yiwe+.

  • Yeremiya 2:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Genda usemerere mu matwi ya Yeruzalemu uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze+: “Ndibuka neza ku bijanye nawe ubuntu bwuzuye urukundo bwo mu buto bwawe+, urukundo wari ufise igihe wari urehejwe+, n’ingene wankurikira mu gahinga, mu gihugu kitabibwamwo imbuto+.

  • Hoseya 2:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Kuva ico gihe nzomuha imirima yiwe y’imizabibu+, na ca kiyaya co hasi ca Akori+ ngo kibe ubwinjiriro bushikana ku cizigiro; kandi ng’aho azokwitaba koko nko mu misi y’ubuto bwiwe+, nko kuri wa musi yaduga avuye mu gihugu ca Misiri+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika