ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 24:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Maze asohora ng’aho amatunga yose y’inzu ya Yehova n’amatunga y’inzu y’umwami+, hanyuma atemagura ibikoresho vy’inzahabu+ vyose Salomo umwami wa Isirayeli yari yarakoze vyo mu rusengero rwa Yehova, nk’uko Yehova yari yaravuze.

  • 2 Ngoma 36:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Kandi Nebukadinezari+ ajana i Babiloni bimwe mu bikoresho+ vyo mu nzu ya Yehova maze abishira mu kirimba ciwe i Babiloni+.

  • Yeremiya 28:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Mu myaka ibiri yuzuye ngiye kugarukana aha hantu ibikoresho vyose vyo mu nzu ya Yehova Nebukadinezari umwami wa Babiloni+ yakuye aha hantu akabijana i Babiloni.’”

  • Daniyeli 1:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Mu nyuma Yehova atanga mu kuboko kwiwe Yehoyakimu umwami wa Yuda+, na bimwe mu bikoresho+ vyo mu nzu y’Imana y’ukuri, ku buryo abizana mu gihugu ca Shinari+ ku nzu y’imana yiwe; nya bikoresho abizana ku nzu y’itunga y’imana yiwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika