Abalewi 26:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Kandi ntibazobura kwatura ikosa ryabo+ n’ikosa rya ba se mu buhemu bwabo igihe bampemukako, egome, mbere igihe bagenda bandwanya+, 1 Abami 8:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 maze bakagarura koko ubwenge mu gihugu bazoba batwawemwo ari imbohe+, hanyuma bakagaruka koko kuri wewe+, bakagusaba+ ubutoni mu gihugu c’ababagize imbohe+, mu kuvuga bati: ‘Twaracumuye+ kandi twarahuvye+, twakoze ivy’ububisha+’; Matayo 7:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Mugume musaba+, muzohabwa; mugume murondera, muzoronka; mugume mudodora+, muzokwugururirwa.
40 Kandi ntibazobura kwatura ikosa ryabo+ n’ikosa rya ba se mu buhemu bwabo igihe bampemukako, egome, mbere igihe bagenda bandwanya+,
47 maze bakagarura koko ubwenge mu gihugu bazoba batwawemwo ari imbohe+, hanyuma bakagaruka koko kuri wewe+, bakagusaba+ ubutoni mu gihugu c’ababagize imbohe+, mu kuvuga bati: ‘Twaracumuye+ kandi twarahuvye+, twakoze ivy’ububisha+’;