ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 26:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 Namwe nzobasanzaza mu mahanga+, kandi nzosokora inkota mu rwubati inyuma yanyu+. Igihugu canyu kizotegerezwa gucika umusaka+, ibisagara vyanyu na vyo bicike ibihomvagurike.

  • Gusubira mu vyagezwe 28:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Yehova azotuma utsindwa imbere y’abansi bawe+. Uzojana inzira imwe ugiye kubatera, ujane inzira indwi ubahunga. Kandi uzocika akumiza ku bwami bwose bwo kw’isi+.

  • 2 Ngoma 29:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Maze uburakari+ bwa Yehova buza kuri Yuda na Yeruzalemu, ku buryo abagira akajugumiza+ akabagira n’akajoreza+ be n’abo kuvugiriza agahwa+, nk’uko muvyibonera n’amaso yanyu.

  • Yeremiya 15:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Nzobatanga babe akajugumiza ku bwami bwose bwo mw’isi+ kubera Manase mwene Hezekiya, umwami wa Yuda, ku bw’ivyo yakoze i Yeruzalemu+.

  • Yeremiya 24:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kandi nzobarungikira inkota+ n’ikigoyi+ n’ikiza+, gushika bahonye ku butaka nabahaye bo hamwe na ba sekuruza babo+.”’”

  • Yeremiya 34:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 “Ibi rero ni vyo Yehova avuze: ‘Mwebwe ntimwangamburukiye mu kuguma mutangaza ukurekurwa+ umwe wese kuri mwene wabo n’umwe wese kuri mugenziwe. Ehe ngira ndabatangarize ukurekurwa+,’ ni ko Yehova avuze, ‘mwicwe n’inkota+ n’ikiza+ be n’ikigoyi+, kandi nzobatanga koko mube akajugumiza ku bwami bwose bwo mw’isi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika