2 Samweli 22:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Ku ntahemuka uzokwerekana ko udahemuka+;Ku munyenkomezi atagira amahinyu, uzokwerekana ko utagira amahinyu+; Zaburi 18:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ku ntahemuka uzokwerekana ko udahemuka+;Ku muntu w’umugabo atagira amahinyu, uzokwerekana ko utagira amahinyu+. Zaburi 86:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko wewe, ewe Yehova, uri mwiza+ kandi witeguriye kubabarira+!Kandi ubuntu bwuzuye urukundo ugirira abakwambaza bose ni ikirenga+. Ivyahishuwe 15:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ni nde vy’ukuri atazogutinya+ ga Yehova+, akaninahaza izina ryawe+, kuko wewe wenyene ari wewe uri intahemuka+? Kuko amahanga yose azoza agasenga imbere yawe+, kuko ingingo zawe zigororotse zerekanywe+.”
26 Ku ntahemuka uzokwerekana ko udahemuka+;Ku munyenkomezi atagira amahinyu, uzokwerekana ko utagira amahinyu+;
25 Ku ntahemuka uzokwerekana ko udahemuka+;Ku muntu w’umugabo atagira amahinyu, uzokwerekana ko utagira amahinyu+.
5 Kuko wewe, ewe Yehova, uri mwiza+ kandi witeguriye kubabarira+!Kandi ubuntu bwuzuye urukundo ugirira abakwambaza bose ni ikirenga+.
4 Ni nde vy’ukuri atazogutinya+ ga Yehova+, akaninahaza izina ryawe+, kuko wewe wenyene ari wewe uri intahemuka+? Kuko amahanga yose azoza agasenga imbere yawe+, kuko ingingo zawe zigororotse zerekanywe+.”