Yeremiya 2:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Nubuze ikirenge cawe gucika ikirenge kiri amenya, n’umuhogo wawe kugira inyota+. Mugabo wavuze uti: ‘Ni ivy’ubusa+! Oya, ahubwo nakunze ab’ahandi+, kandi nzobakurikira+.’ Ezekiyeli 16:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “‘Mugabo waciye utangura kwizigira ubwiza bwawe+, ucika umumaraya kubera izina ryawe+, utangura no gusuka ubumaraya bwawe ku wuhita wese+, biba rwiwe.
25 Nubuze ikirenge cawe gucika ikirenge kiri amenya, n’umuhogo wawe kugira inyota+. Mugabo wavuze uti: ‘Ni ivy’ubusa+! Oya, ahubwo nakunze ab’ahandi+, kandi nzobakurikira+.’
15 “‘Mugabo waciye utangura kwizigira ubwiza bwawe+, ucika umumaraya kubera izina ryawe+, utangura no gusuka ubumaraya bwawe ku wuhita wese+, biba rwiwe.