ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 30:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Kandi Yehova Imana yawe azotuma koko ugira umurengera mu gikorwa cose c’ukuboko kwawe+, mu camwa c’inda yawe n’icamwa c’ibitungwa vyawe+ n’icamwa c’ubutaka bwawe+, bitume utunganirwa+; kuko Yehova azokwongera kukwiratira akugirire neza, nk’uko yiratiye ba sogokuruza bawe+;

  • Ezekiyeli 36:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Kuko ehe ndabashigikiye, kandi nzohindukirira koko kuri mwebwe+, namwe vy’ukuri muzorimwa mwongere mubibwe imbuto+.

  • Hoseya 2:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Nzomwibibira koko kw’isi nk’imbuto+, kandi nzogirira imbabazi uwutari yaragiriwe imbabazi+, kandi nzobwira abatari abantu banje nti: “Muri abantu banje+”; na bo bazovuga bati: “Uri Imana yacu+.”’”

  • Zakariya 10:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Nzobasanzaza nk’imbuto mu bisata vy’abantu+, kandi bazonyibuka bari mu turere twa kure+; emwe, bazogarura agatege hamwe n’abana babo, kandi bazogaruka+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika