Yeremiya 32:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 ‘azotwara Zedekiya i Babiloni, kandi ni ho azoguma gushika niteho ivyiwe+,’ ni ko Yehova avuze; ‘naho muguma murwanya Abakaludaya, ntimuzororanirwa+’?”
5 ‘azotwara Zedekiya i Babiloni, kandi ni ho azoguma gushika niteho ivyiwe+,’ ni ko Yehova avuze; ‘naho muguma murwanya Abakaludaya, ntimuzororanirwa+’?”