1 Petero 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 namwe ubwanyu nk’amabuye mazima, muriko murubakwa ngo mube inzu y’impwemu+ kugira ngo mucike ubuherezi bweranda, ngo mushikane ibimazi vyo mu buryo bw’impwemu+ vyemerwa ku Mana biciye kuri Yezu Kristu+. Ivyahishuwe 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 kandi yatugize ubwami+, abaherezi+ ku Mana yiwe ikaba na Data—egome, ubuninahazwa n’ubushobozi bibe ivyiwe ibihe vyose+. Amen.
5 namwe ubwanyu nk’amabuye mazima, muriko murubakwa ngo mube inzu y’impwemu+ kugira ngo mucike ubuherezi bweranda, ngo mushikane ibimazi vyo mu buryo bw’impwemu+ vyemerwa ku Mana biciye kuri Yezu Kristu+.
6 kandi yatugize ubwami+, abaherezi+ ku Mana yiwe ikaba na Data—egome, ubuninahazwa n’ubushobozi bibe ivyiwe ibihe vyose+. Amen.