2 Ngoma 21:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nuko mu misi yakurikiye, egome, haciye ikiringo c’imyaka ibiri yuzuye, amara yiwe+ arasohoka uno akirwaye, arateba apfira muri izo ndwara ziwe mbi; abantu biwe ntibamuturirira imibavu nk’uko bayituririye+ ba sekuruza biwe.
19 Nuko mu misi yakurikiye, egome, haciye ikiringo c’imyaka ibiri yuzuye, amara yiwe+ arasohoka uno akirwaye, arateba apfira muri izo ndwara ziwe mbi; abantu biwe ntibamuturirira imibavu nk’uko bayituririye+ ba sekuruza biwe.