Gucura intimba 4:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Uwari impemu zo mu mazuru yacu+, uwo Yehova yarobanuje amavuta*+, yafatiwe mu cobo cabo kinini+,Uwo twavugako duti: “Tuzoba mu gitutu ciwe+ mu mahanga+.” Mika 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuri uwo musi bazobacako umugani+ kandi bazobacurira intimba, egome, intimba+. Ntibazobura kuvuga bati: “Ni ukuri turanyazwe+! Umugabane w’abantu banje awuhaye abandi+. Ewe kuntu awunyatse! Amatongo yacu ayagabanganirije igihemu.”
20 Uwari impemu zo mu mazuru yacu+, uwo Yehova yarobanuje amavuta*+, yafatiwe mu cobo cabo kinini+,Uwo twavugako duti: “Tuzoba mu gitutu ciwe+ mu mahanga+.”
4 Kuri uwo musi bazobacako umugani+ kandi bazobacurira intimba, egome, intimba+. Ntibazobura kuvuga bati: “Ni ukuri turanyazwe+! Umugabane w’abantu banje awuhaye abandi+. Ewe kuntu awunyatse! Amatongo yacu ayagabanganirije igihemu.”