ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 26:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Kandi sinzobura kubazanako inkota y’uguhōra+ ku bw’isezerano+; kandi muzokwitera mu bisagara vyanyu, nanje ata gukeka ndungike ikiza hagati muri mwebwe+, kandi muzotegerezwa gutangwa mu kuboko kw’umwansi+.

  • Yeremiya 21:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 “‘“Kandi inyuma y’ivyo,” ni ko Yehova avuze, “Nzotanga Zedekiya umwami wa Yuda n’abasuku biwe n’abantu n’abazoba basigaye muri iki gisagara batishwe n’ikiza n’inkota be n’ikigoyi, ndabatange mu kuboko kwa Nebukadirezari umwami wa Babiloni, egome, mu kuboko kw’abansi babo no mu kuboko kw’abarondera ubuzima bwabo, kandi azobakubitisha koko ubugi bw’inkota+. Ntazobumvira akagongwe canke ngo abagirire impuhwe canke imbabazi+.”’

  • Ezekiyeli 14:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 “‘Canke hamwe norungika ikiza kuri ico gihugu+, nkagisukako vy’ukuri ubushangashirwe bwanje kumwe n’amaraso+, kugira ngo ndakiranduremwo icitwa umuntu yakuwe mw’ivu be n’igitungwa,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika